Muganga Whittamore avuga ko abana ari bo bakarigwa kurusha abandi. Agira ati: "Amahaha y'abana aba agikura, utyo rero aba ashobora gukarirwa. Kubera guhumeka banyaraguritsa, baraheza bakinjiza ...